Umwina
Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:
Gh 11:4, 5, 31-33—Abisirayeli baregeranije inkware babigiranye umwina, kandi barabihaniwe
2Bm 5:20-27—Kubera umwina, Gehazi yarabesheye umuhanuzi wa Yehova kugira aronke ibintu bitamwegukira, maze arabihanirwa