Ukumera neza
Twemezwa n’iki ko Yehova ari mwiza?
Raba kandi Yr 31:12, 13; Zk 9:16, 17
Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:
Kv 33:17-20; 34:5-7—Biciye mw’iyerekwa, Yehova yarahishuriye umuhanuzi Musa ukumera neza kwiwe hamwe n’izindi kamere nziza nyinshi zimuranga
Mr 10:17, 18—Yezu yavuze ko Yehova ari we mwiza wenyene, kubera ko ari we sôko ry’ukumera neza kwose kandi akaba ari we atubwira iciza ico ari co