ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • scl rup. 92
  • Ugutungana

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ugutungana
  • Ivyanditswe bidufasha mu buzima
Ivyanditswe bidufasha mu buzima
scl rup. 92

Ugutungana

Gutungana bisobanura iki?

Zb 18:​23-25; 26:​1, 2; 101:​2-7; 119:​1-3, 80

  • Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:

    • Lw 22:​17-22—Yehova yasaba ko ibimazi vy’igitungwa biba “bitagira akanenge” canke agatosi. Ijambo ryahinduwe ngo “kutagira akanenge” rirafitaniye isano cane n’ijambo ry’igiheburayo rihindurwa ngo «gutungana». Ivyo vyerekana ko gutungana bisaba kwihebera Yehova n’umutima wacu wose

    • Yb 1:​1, 4, 5, 8; 2:3—Ubuzima bwa Yobu burerekana ko kugira umuntu abe intungane abwirizwa kwubaha Yehova cane, akamusenga n’umutima wiwe wose akongera akirinda gukora ivyo Yehova yanka

Kubera iki dukwiye kuba abantu batunganye?

Zb 7:​8, 9; 25:21; 41:12; Img 10:9; 11:3

Raba kandi Mr 12:30

Ni ibiki vyotuvyurira umutima wo kuguma turi intungane?

1Ng 29:17; Img 2:7

Raba kandi Img 27:11; 1Yh 5:3

Ni ibiki vyodufasha kuba intungane no kuguma turi intungane?

Yos 24:​14, 15; Zb 101:​2-4

Raba kandi Gus 5:29; Yes 48:​17, 18

  • Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:

    • Yb 31:​1-11, 16-33—Yobu yarerekanye ko ari intungane mu buzima bwiwe. Yabikoze mu kwirinda ubuhumbu, mu gufatana abandi umutima mwiza no mu kubatera iteka. Yarasenga Yehova mu buryo butyoroye, akirinda ibigirwamana kandi ntiyahahamira amaronko

    • Dn 1:​6-21—Naho Daniyeli na bagenziwe batatu bari bakikujwe n’abantu badasenga Yehova, bagumye ari intungane no mu bijanye n’ivyo bahitamwo gufungura

Iyo umuntu akoze amakosa menshi akomeye, yoba ashobora gusubira kuba intungane?

  • Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:

    • 1Bm 9:​2-5; Zb 78:​70-72—Kubera ko Dawidi yigaye ibicumuro vyiwe akababarirwa, Yehova yamubona nk’umuntu yabayeho ari intungane

    • Yes 1:​11-18—Naho Yehova yerekanye ko abasavyi biwe bari abantu biyorobeka kandi b’abacumuzi katwa, yasezeranye ko baramutse bigaye bagahindura ingendo, yobahariye rwose

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika