ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • scl rup. 100
  • Ukwiyumanganya; ukwihangana

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ukwiyumanganya; ukwihangana
  • Ivyanditswe bidufasha mu buzima
Ivyanditswe bidufasha mu buzima
scl rup. 100

Ukwiyumanganya; ukwihangana

Yehova yerekanye gute ko yihangana?

Rm 2:4; 9:22

Raba kandi Neh 9:30

  • Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:

    • Yr 7:​23-25—Yehova yarerekanye ukuntu incuro n’izindi yihanganiye cane abasavyi biwe bamugambarariye

    • 2Pt 3:​3-9, 15—Intumwa Petero yarasiguye igituma Yehova yihanganye cane, yongera avuga ko Yehova atazoguma yihanganye

Kubera iki dukwiye kwihangana?

Img 25:15; Ef 4:​1-3; 2Tm 2:​24, 25; 4:2

  • Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:

    • It 39:​19-21; 40:​14, 15, 23; 41:​1, 9-14—Naho Yozefu yagurishijwe kugira abe umushumba yongera arapfungwa imyaka myinshi mu Misiri ku karenganyo, yarihanganye yongera agumana ukwizera

    • Heb 6:​10-15—Intumwa Pawulo yarakoresheje akarorero ka Aburahamu mu kwigisha abakirisu akamaro ko kwihangana

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika