ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • scl rup. 32-33
  • Gutorera umuti ingorane dufitaniye n’abandi

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Gutorera umuti ingorane dufitaniye n’abandi
  • Ivyanditswe bidufasha mu buzima
Ivyanditswe bidufasha mu buzima
scl rup. 32-33

Gutorera umuti ingorane dufitaniye n’abandi

Iyo hagize uwutubabaza, kubera iki twokwirinda gushavura canke kwihora?

Img 20:22; 24:29; Rm 12:​17, 18; Yak 1:​19, 20; 1Pt 3:​8, 9

  • Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:

    • 1Sm 25:​9-13, 23-35—Igihe Nabali yatuka Dawidi n’abantu biwe kandi akanka kubaronsa imfashanyo, Dawidi yarafashe ingingo atabanje kuzirikana yo kumwica no kwica uw’igitsina-gabo wo mu rugo rwiwe. Ariko impanuro ziranga ubukerebutsi za Abigayili zarafashije Dawidi kwirinda gusesa amaraso

    • Img 24:​17-20—Biciye ku mpwemu y’Imana, umwami Salomo yaraburiye abasavyi ba Yehova ko bimubabaza iyo duhimbawe kubera umwansi aguye. Turekera ibintu mu maboko ya Yehova

Iyo hari ico umukirisu apfa n’uwundi, yoba akwiye kwanka kumuvugisha canke akamubikira inzika?

Lw 19:​17, 18; 1Kr 13:​4, 5; Ef 4:26

  • Inkuru yo muri Bibiliya yogufasha:

    • Mt 5:​23, 24—Yezu yavuze ko dukwiye gukora uko dushoboye kwose kugira dusubize hamwe n’umuvukanyi dufise ico dupfa

Dukwiye gukora iki igihe hari uwatubabaje?

Img 10:12; 19:11; Ef 4:32; Kl 3:13

Kubera iki dukwiye kubandanya kubabarira abandi nimba bigaya vy’ukuri?

Mt 18:​21, 22; Mr 11:25; Lk 17:​3, 4; Kl 3:13; 1Pt 4:8

Nimba umukirisu mugenzawe yakubabaje ukaba ubona ko utovyirengagiza, nk’akarorero akaba yakwambitse ibara canke yakubesheye, ni nde yoganira n’uwakubabaje kandi kubera iki?

Mt 18:15

Raba kandi Yak 5:20

Nimba uwatwambitse ibara canke akatubeshera yanse kwigaya igihe tuganira twenyene, twokora iki?

Mt 18:​16, 17

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika