ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • scl rup. 33-34
  • Gutozwa indero

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Gutozwa indero
  • Ivyanditswe bidufasha mu buzima
Ivyanditswe bidufasha mu buzima
scl rup. 33-34

Gutozwa indero

Kubera iki twovuga ko indero Bibiliya idutoza iruta izindi zose?

Img 1:​1-3; 2Tm 3:16

Kubera iki twese dukeneye kuyoborwa no gukosorwa?

Img 16:​2, 25; Yr 10:23

Raba kandi Yr 17:9

Kubera iki Yehova adutoza indero?

Img 3:​11, 12; Heb 12:​7-9

Raba kandi Gus 8:5; Img 13:24; Ivy 3:19

  • Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:

    • 2Sm 12:​9-13; 1Bm 15:5; Ivk 13:22—Naho umwami Dawidi yakoze ibicumuro bikomeye cane, Yehova yaramutoje indero yongera aramubabarira

    • Yon 1:​1-4, 15-17; 3:​1-3—Yehova yaratoje indero umuhanuzi Yona kubera ko yahunze igikorwa yari yamushinze, ariko yarasubiye kumwizigira

Kubera iki ari vyiza gufata nka nkama indero Imana iduha?

Img 9:8; 12:1; 17:10; Heb 12:​5, 6

Raba kandi 2Ng 36:​15, 16

Ni ibiki bishobora gushikira abanka indero Yehova abatoza?

Img 1:​24-26; 13:18; 15:32; 29:1

Raba kandi Yr 7:​27, 28, 32-34

  • Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:

    • Yr 5:​3-7—Abasavyi b’Imana baratojwe indero ariko bakomantaza umutima baranka guhindura ingendo, bituma Imana ibatoza indero mu buryo bukomeye

    • Zf 3:​1-8—Ababa i Yeruzalemu barashikiwe n’ivyago kubera banse indero Yehova yabatoje

Kwemera gutozwa indero na Yehova bivamwo ivyiza ibihe?

Img 4:13; 1Kr 11:32; Tt 1:13; Heb 12:​10, 11

  • Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:

    • Gus 30:​1-6—Umuhanuzi Musa yaravuze imihezagiro abasavyi ba Yehova bokwironkeye bemeye indero abatoza

    • 2Ng 7:​13, 14—Yehova yarabwiye umwami Salomo ivyiza abantu boronse bemeye gutozwa indero n’Imana

Twokwungukira gute ku ndero abandi batozwa?

1Kr 10:​6-11; 1Tm 5:20

Kubera iki tudakwiye kuryoherwa igihe abandi batojwe indero ikomeye?

Img 17:5; 24:17; Ob 12

Dukwiye gukora iki nimba dushaka kwungukira ku ndero be n’impanuro Imana itanga?

Yos 1:8; Yak 1:25

Raba kandi Gus 17:​18, 19; Zb 119:97

  • Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:

    • 1Ng 22:​11-13—Umwami Dawidi yasezeraniye umuhungu wiwe Salomo ko Yehova azomuhezagira aramutse akurikije neza amategeko yiwe

    • Zb 1:​1-6—Yehova asezerana kuduhezagira nitwasoma amategeko yiwe kandi tukayazirikana

Kubera iki abavyeyi beza batoza indero abana babo?

Raba «Abavyeyi»

Abana bakwiye gukora iki iyo batojwe indero n’abavyeyi babo?

Raba «Umuryango—Abahungu n’abakobwa»

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika