ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • scl rup. 74-75
  • Kutubaka urwawe

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Kutubaka urwawe
  • Ivyanditswe bidufasha mu buzima
Ivyanditswe bidufasha mu buzima
scl rup. 74-75

Kutubaka urwawe

Kubera iki kutubaka urwawe bishobora kubonwa ko ari ingabirano?

Mt 19:​10-12; 1Kr 7:​7, 37, 38

Kubera iki vyoba ari bibi guhata umukirisu atarubaka urwiwe ngo yubake?

1Kr 7:​28, 32-35; 1Ts 4:11

  • Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:

    • Rm 14:​10-12—Intumwa Pawulo arerekana igituma ari bibi gucira urubanza umukirisu mugenzi wacu

    • 1Kr 9:​3-5—Intumwa Pawulo yari afise uburenganzira bwo kwubaka urwiwe, ariko kuba atari yubatse vyatuma yitunira ku gikorwa yarangura

Abatarubaka urwabo boba bakwiye kubona ko babwirizwa kwubaka kugira bagire ubuzima buhimbaye?

1Kr 7:8

  • Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:

    • Abc 11:​30-40—Umukobwa wa Yefuta ntiyigeze yubaka urwiwe mugabo yarashoboye kugira ubuzima buhimbaye

    • Ivk 20:35—Ayo majambo Yezu yavuze arerekana ko naho atari yubatse yari ahimbawe kubera ko yakorera ivyiza abandi

    • 1Ts 1:​2-9; 2:12—Intumwa Pawulo, akaba atari yubatse urwiwe, aravuga ivyiza biteye umunezero vyava ku gikorwa yarangura

Kubera iki abatubatse bakwiye kuguma badahumanye mu nyifato runtu nk’abandi basavyi b’Imana bose?

1Kr 6:18; Gl 5:​19-21; Ef 5:​3, 4

  • Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:

    • Img 7:​7-23—Umwami Salomo aravuga ibintu bibabaje vyashikiye umusore yemeye kuryoshwaryoshwa n’umugore w’igihumbu

    • Ind 4:12; 8:​8-10—Umukobwa w’Umushulamukazi yarahayagijwe kubera ko yagumye yigenza neza

Ni mu bihe ibihe vyoba vyiza uwutubatse yiyumviriye ivyo kwubaka urwiwe?

1Kr 7:​9, 36

Raba kandi 1Ts 4:​4, 5

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika