ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • w09 15/5 rup. 1-2
  • Ibirimwo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ibirimwo
  • Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2009
  • Udutwe
  • IBIGANIRO VY’UKWIGA MU NDWI ZO KU WA:
  • Intumbero y’ibiganiro vy’ukwiga
  • IYI NOMERO IRIMWO KANDI:
Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2009
w09 15/5 rup. 1-2

Ibirimwo

15 Rusama 2009

Integuro y’ukwiga

IBIGANIRO VY’UKWIGA MU NDWI ZO KU WA:

6-12 Mukakaro 2009

Dutere tugana ku buhumure kuko ‘umusi uhambaye wa Yehova uri hafi’

URUPAPURO 9

INDIRIMBO ZIKORESHWA: 123, 174

13-19 Mukakaro 2009

Rwaruka, nimutume iterambere ryanyu ryibonekeza

URUPAPURO 13

INDIRIMBO ZIKORESHWA: 42, 56

20-26 Mukakaro 2009

Abamarayika ni “impwemu ku bw’igikorwa gikorerwa abantu”

URUPAPURO 21

INDIRIMBO ZIKORESHWA: 6, 5

27 Mukakaro 2009–2 Myandagaro 2009

Ni kubera iki twokurikira “Kristu”?

URUPAPURO 28

INDIRIMBO ZIKORESHWA: 121, 134

Intumbero y’ibiganiro vy’ukwiga

Ikiganiro c’ukwiga ca 1, 2 URUPAPURO 9-17

Ikiganiro ca mbere kirashira ahabona igituma bihambaye cane ko tuba abahumuye mu vy’impwemu be n’ingene dushobora kubishikako. Ikiganiro ca kabiri kirasigura ukuntu urwaruka rukirisu rushobora kuvyifatamwo neza mu ngorane zidasanzwe rucamwo kugira ngo rushikire ubuhumure bwo mu vy’impwemu.

Ikiganiro c’ukwiga ca 3 URUPAPURO 21-25

Biciye ku kurimbura Ivyanditswe, turashobora gutahura ukuntu abamarayika bashitsa uruhara barangura ari “impwemu ku bw’igikorwa gikorerwa abantu.” Ico kiganiro kirerekana ico abamarayika bariko barakora kugira ngo bafashe abakirisu muri iki gihe. Kirerekana kandi ico dushobora kwigira ku bamarayika b’abizigirwa.

Ikiganiro c’ukwiga ca 4 URUPAPURO 28-32

Yezu Kristu yarateye akamo abamwumviriza ngo bamukurikire ubudahengeshanya. Ico kiganiro kiraca irya n’ino imvo zitanu zikwiye gutuma twipfuza gukurikira “Kristu” no kubandanya turushiriza kubigenza gutyo.

IYI NOMERO IRIMWO KANDI:

“Igihe co gucereza”

URUPAPURO 3

Ni hehe ukwiye kuba uri umuhero niwaza?

URUPAPURO 6

Ibibazo vy’abasomyi

URUPAPURO 18

Banega, nimwigane urukundo rwa Kristu!

URUPAPURO 19

Twigane ukudahemuka kwa Itayi

URUPAPURO 26

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika