ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • w15 15/10 rup. 3
  • “Abantu nk’abo mugume mubafatana iteka”

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • “Abantu nk’abo mugume mubafatana iteka”
  • Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2015
  • Ivyo bijanye
  • Inama Nyobozi y’Ivyabona vya Yehova ni iki?
    Ibibazo bikunze kubazwa ku bijanye n’Ivyabona vya Yehova
  • Ukuntu Inama Nyobozi itunganijwe
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2008
  • Inama Nyobozi ikora gute muri iki gihe?
    Ni bande bariko barakora ivyo Yehova agomba muri iki gihe?
  • Bunze ubumwe mu rukundo—Raporo y’ikoraniro rigirwa buri mwaka
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2010
Ibindi
Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2015
w15 15/10 rup. 3
Igicapo c’abagize imwe muri komite z’Inama Nyobozi bari mu nama

“Abantu nk’abo mugume mubafatana iteka”

KUVA mu 1992, Inama Nyobozi yaragenye abakurambere bazi utuntu n’utundi kandi bahumuye kugira bafashe amakomite yayo mu bikorwa arangura.a Abo bakurambere bo mu “zindi ntama” barafasha cane Inama Nyobozi. (Yoh. 10:16) Baritaba inama komite baba barimwo igira buri ndwi, bagashikiriza amakuru y’ukuntu ibintu vyifashe bakongera bagatanga ivyiyumviro. Abagize Inama Nyobozi ni bo bafata ingingo za nyuma, ariko abo bakurambere babafasha ni bo bashira mu ngiro ubuyobozi iyo komite iba yatanze maze bakarangura ibikorwa vyose bahawe. Abo bafasha baraherekeza abagize Inama Nyobozi ku mahwaniro adasanzwe no ku mahwaniro mpuzamakungu. Barashobora kandi gusabwa kugendera ibiro vy’amashami, baserukiye icicaro gikuru.

Umwe muri abo bakurambere yatanguye gufasha kuva iyo ntunganyo ishizweho, avuga ati: “Igihe mba ndiko ndarangura ibikorwa njejwe, Inama Nyobozi iraheza ikitwararika amabanga yayo mu buryo bushitse.” Uwundi muvukanyi, azirikanye ku myaka irenga mirongwibiri amaze afasha, avuga ati: “Ni agateka karengeye ibintu vyose nari gushobora kwitega.”

Inama Nyobozi irizigira rwose abo bavukanyi b’intahemuka bakora batiziganya ikongera igakenguruka igikorwa ciza barangura. Nimuze twese ‘tugume dufatana iteka abantu nk’abo.’​—Flp. 2:29.

a Kugira umenye muri make amabanga arangurwa na ya makomite atandatu y’Inama Nyobozi, raba uruzitiro ruvuga ngo “Ingene Inama Nyobozi yitwararika ivy’Ubwami” mu gitabu Ubwami bw’Imana buraganza! ikigabane ca 12.

Abafasha amakomite y’Inama Nyobozi

Komite y’abahuzabikorwa

  • John Ekrann

  • Robert Wallen

Komite nshingwabakozi

  • Gerald Grizzle

  • Patrick LaFranca

  • Daniel Molchan

  • Ralph Walls

Komite nshingwasohora

  • Don Adams

  • Robert Butler

  • Harold Corkern

  • Donald Gordon

  • Robert Luccioni

  • Alex Reinmueller

  • David Sinclair

Komite y’umurimo

  • Gary Breaux

  • Joel Dellinger

  • Seth Hyatt

  • Christopher Mavor

  • Baltasar Perla, Jr.

  • William Turner, Jr.

  • Robert Wallen

  • Leon Weaver, Jr.

Komite nshingwanyigisho

  • Ronald Curzan

  • Kenneth Flodin

  • William Malenfant

  • Mark Noumair

  • David Schafer

Komite nshingwayandika

  • Robert Ciranko

  • James Mantz

  • Izak Marais

  • Gene Smalley

  • John Wischuk

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika