Intangamarara
UVYIBAZAKO IKI?
Woba wibaza ko aya majambo azoteba akaranguka?
“Imana . . . izohanagura amosozi yose ku maso yabo, kandi urupfu ntiruzoba rukiriho.”—Ivyahishuwe 21:3, 4.
Uyu Munara w’Inderetsi urasigura ingene Imana izoshitsa uwo muhango n’ingene ushobora kuvyungukirako.