Integuro y’ukwiga
RUSAMA 2017
IBIGANIRO VY’UKWIGA KUVA: 3-30 MUKAKARO 2017
© 2017 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
ISHUSHO YO KU GIPFUKISHO:
ÉQUATEUR
Umutsimvyi asanzwe, ariko abwira inkuru nziza umudandaza mu rurimi rw’igikecuwa (urwitwa kandi imbabura). Amusanze aho badandariza utugenegene mu gisagara ca Otavalo kiri mu buraruko bwa Équateur.
ABAMAMAJI
90.110
INYIGISHO ZA BIBILIYA
148.637
ABITAVYE ICIBUTSO (2016)
274.593
Iki kinyamakuru si ico kugurisha. Gitanzwe mu bijanye n’igikorwa kirangurirwa kw’isi yose c’ukwigisha Bibiliya gishigikirwa n’intererano zitangwa n’abavyishakiye.
Wipfuza gutanga intererano, nuje kuri www.pr418.com.
Kiretse aho vyerekanywe ukundi, amajambo yo mu Vyanditswe yakoreshejwe yakuwe muri Bibiliya y’isi nshasha, yahinduwe hakoreshejwe imvugo ya none.