ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • w17 Rusama rup. 2
  • Ibirimwo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ibirimwo
  • Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2017
Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2017
w17 Rusama rup. 2

Ibirimwo

INDWI YO KU WA 3-9 MUKAKARO 2017

3 Nufashe “ba kavamahanga” kugira ‘bakorere Yehova banezerewe’

INDWI YO KU WA 10-16 MUKAKARO 2017

8 Ingene abana “ba kavamahanga” bofashwa

Ikiganiro ca mbere kiraca irya n’ino ingorane zihanze abavukanyi na bashiki bacu b’impunzi, kigatanga n’ivyiyumviro bitwereka ingene twobafasha mu buryo bwiza. Ikiganiro kigira kabiri kirerekana ingene kwisunga ingingo ngenderwako zo muri Bibiliya bishobora gufasha abavyeyi b’abimukira gufata ingingo ku bw’ineza y’abana babo.

13 Inkuru y’ubuzima​—Naho ntumva narigishije abandi ukuri

INDWI YO KU WA 17-23 MUKAKARO 2017

17 Ntureke ngo urukundo rwawe rukanye

INDWI YO KU WA 24-30 MUKAKARO 2017

22 “Urankunda kurusha izi?”

Kuba muri iyi si usanga ata musavyi wa Yehova n’umwe vyorohera. Ivyo biganiro birerekana ingene tworwanya agatima k’ubwikunzi karanga iyi si, mu kuzigama urwo dukunda Yehova, urwo dukunda ukuri kwo muri Bibiliya be n’urwo dukunda abavukanyi bacu. Birerekana kandi ingene twokunda Kristu aho gukunda ibintu vy’iyi si.

27 Ingene Gayo yafashije abavukanyi

30 Kworosha ubuzima biravamwo umunezero

31 Ivyo mu bushinguro bwacu

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika