Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 13 Nyakanga
INDWI ITANGURA KU WA 13 NYAKANGA
□ Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero:
□ Ishure ry’ubusuku bwa gitewokarasi:
Igisomwa ca Bibiliya: 2 Abami 16-18
No. 1: 2 Abami 17:1-11
No. 2: Umugore ntakwiye kureka ngo umugabo wiwe amutandukanye n’Imana (td 36B)
No. 3: Bibiliya yoba isaba ko dupfa kwemera Imana?
□ Ikoraniro ry’umurimo:
Imin. 5: Amatangazo.
Imin. 10: Agateka ko kuba umusuku w’inkuru nziza. Insiguro irimwo igishika ishingiye ku gitabu Twagizwe ishirahamwe, kuva ku rupapuro rwa 77 gushika ku rwa 78, ingingo ya 2.
Imin. 20: “Bibiliya: ububasha ifise mu buzima bwawe.” Ibibazo n’inyishu.