ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 1/11 rup. 7
  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 31 Nzero

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 31 Nzero
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2011
  • Udutwe
  • INDWI ITANGURA KU WA 31 NZERO
Igikorwa dukorera Ubwami—2011
km 1/11 rup. 7

Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 31 Nzero

INDWI ITANGURA KU WA 31 NZERO

Ururirimbo rwa 99 n’isengesho

□ Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero:

cl ikig. 31 ing. 16-20 (Imin. 25)

□ Ishure ry’ubusuku bwa gitewokarasi:

Igisomwa ca Bibiliya: Nehemiya 1-4 (Imin. 10)

No. 1: Nehemiya 2:11-20 (Imin. 4 canke idashika)

No. 2: Petero yoba ari we ca “gitandara”? (td 42B) (Imin. 5)

No. 3: Ingene dukurikiza amajambo ya Yezu ari muri Matayo 22:21 (Imin. 5)

□ Ikoraniro ry’umurimo:

Ururirimbo rwa 52

Imin. 5: Amatangazo.

Imin. 20: “Intunganyo ifasha imiryango.”—Igice ca 2. (Ingingo ya 7-13) Ibibazo n’inyishu. Nusabe abumviriza bavuge ukuntu imiryango yabo yungukiye ku gushira mu ngiro bimwebimwe mu vyiyumviro biri ku rupapuro rwa 6.

Imin. 10: “Numenyereze abana bawe babe abasuku.” Ibibazo n’inyishu. Nusabe abumviriza bavuge uburyo butomoye abavyeyi babo babafashije kwishingira imigambi no kuyishikako intambwe ku yindi mu bijanye n’ubusuku.

Ururirimbo rwa 88 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika