ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 8/12 rup. 4
  • Amatangazo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Amatangazo
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2012
Igikorwa dukorera Ubwami—2012
km 8/12 rup. 4

Amatangazo

◼ Ivyo tuzoshikiriza mu kwezi kwa Myandagaro: Abamamaji boshobora gukoresha ako ari ko kose mu dutabu tw’impapuro 32 kari mu bubiko bw’ishengero. Nimukoreshe canecane agatabu Ni Ibiki Imana Idusaba? Igihe musubira kugendera abo mwayaze, nimukoreshe n’igitabu Ivyo Bibiliya yigisha canke nimba ari vyo bihuje neza n’ivyo uwo muntu akeneye, mukoreshe agatabu Niwumvirize Imana canke Niwumvirize Imana maze ubeho ibihe bidahera, mugerageze gutanguza inyigisho ya Bibiliya. Nyakanga na Gitugutu: Umunara w’Inderetsi na Be maso! Igihe musubira kugendera abashimishijwe, nimushikirize igitabu Ivyo Bibiliya yigisha canke bivanye n’ivyo uwo muntu akeneye, mushikirize agatabu Niwumvirize Imana canke Niwumvirize Imana maze ubeho ibihe bidahera, kandi mugerageze gutanguza inyigisho ya Bibiliya. Munyonyo na Kigarama: Abamamaji barashobora gushikiriza kamwe muri utu dupapuro tw’inkuru nziza: Ivyabona vya Yehova bemera iki?, Iyi Si Yoba Izorokoka?, Ni Icizigiro Nyabaki Dufise ku Bacu Basandavye?, Ugucumukura kwose kugiye kurangira, Ukubaho mu Mahoro mw Isi Nsha, Woba Ufise Umutima w’Ubwenge Udapfa?, hamwe na Yehova—Ni Nde? Hagize uwushimishwa, numwereke ingene inyigisho ya Bibiliya igirwa ukoresheje igitabu Ivyo Bibiliya yigisha canke kamwe muri twa dutabu Niwumvirize Imana canke Niwumvirize Imana maze ubeho ibihe bidahera.

◼ Guhera muri Nyakanga, abacungezi b’imizunguruko bazoshikiriza insiguro y’icese ivuga ngo “Kugendana n’Imana birazana imihezagiro ubu no mu bihe bidahera.”

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika