ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 6/14 rup. 8
  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 7 Mukakaro

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 7 Mukakaro
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2014
  • Udutwe
  • INDWI ITANGURA KU WA 7 MUKAKARO
Igikorwa dukorera Ubwami—2014
km 6/14 rup. 8

Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 7 Mukakaro

INDWI ITANGURA KU WA 7 MUKAKARO

Ururirimbo rwa 99 n’isengesho

Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero:

cl ikig. 9 ing. 21-24, n’uruzitiro ruri ku rup. 96 (Imin. 30)

Ishure ry’ubusuku bwa gitewokarasi:

Igisomwa ca Bibiliya: Abalewi 17-20 (Imin. 10)

No. 1: Abalewi 19:19-32 (Imin. 4 canke idashika)

No. 2: Nokora iki nimba ntashima uko nsa?​—yp2 rup. 67-73 (Imin. 5)

No. 3: Twiyuhagire mu kuvavanura n’ingeso be n’ibikorwa bihumanye​—lv rup. 93 ing. 19–rup. 96 ing. 26 (Imin. 5)

Ikoraniro ry’umurimo:

Ururirimbo rwa 14

Imin. 10: Gushikiriza ibinyamakuru muri Mukakaro. Ikiganiro c’uguhana ijambo n’abumviriza. Nimuhere ku kugira umwerekano w’ingene ivyo binyamakuru vyoshikirizwa, mukoresheje ubwo buryo bubiri bwo kubishikiriza buri kuri uru rupapuro. Nimuce muca irya n’ino ubwo buryo bwo kubishikiriza bwose kuva mu ntango gushika ku mpera. Nusozere uremesha bose kumenya ibiri muri ivyo binyamakuru no kugira uruhara mu kubishikiriza babigiranye umwete.

Imin. 10: Ibikenewe iwanyu.

Imin. 10: Ni ibiki twaranguye? Ikiganiro c’uguhana ijambo n’abumviriza gishikirizwa n’umunyamabanga. Nuvuge muri make ivyaranguwe mu kiringo c’Icibutso wongere ukeze ishengero ku gikorwa ryaranguye. Saba abumviriza bigane ivyo biboneye igihe bariko baratanga ubutumire bw’Icibutso canke igihe bariko barakora ubutsimvyi bwo gufasha.

Ururirimbo rwa 123 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika