ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 9/14 rup. 1
  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 8 Nyakanga

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 8 Nyakanga
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2014
  • Udutwe
  • INDWI ITANGURA KU WA 8 NYAKANGA
Igikorwa dukorera Ubwami—2014
km 9/14 rup. 1

Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 8 Nyakanga

INDWI ITANGURA KU WA 8 NYAKANGA

Ururirimbo rwa 133 n’isengesho

Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero:

cl ikig. 12 ing. 16-21, n’uruzitiro ruri ku rup. 127 (Imin. 30)

Ishure ry’ubusuku bwa gitewokarasi:

Igisomwa ca Bibiliya: Guharūra 22-25 (Imin. 10)

No. 1: Guharūra 22:36–23:10 (Imin. 4 canke idashika)

No. 2: Kuki umugenzi yampemukiye?—yp2 rup. 92-98 (Imin. 5)

No. 3: Igituma dukeneye kwiyubara ku bijanye n’imvugo yacu—lv rup. 134 ing. 4–rup. 136 ing. 8 (Imin. 5)

Ikoraniro ry’umurimo:

Ururirimbo rwa 94

Imin. 15: Tugaragaze imico myiza mu busuku. (2 Kor. 6:3) Ikiganiro c’uguhana ijambo n’abumviriza gishingiye kuri ibi bibazo: (1) Kubera iki bihambaye ko tugaragaza imico myiza igihe turiko turamamaza? (2) Dushobora gute kugaragaza imico myiza igihe (a) dushitse mu cibare? (b) turiko turamamaza inzu ku nzu? (c) duhagaze imbere y’umuryango? (d) uwo turi kumwe ariko arayaga n’umunyamuhana? (e) uwo twasanze ku muhana ariko aravuga? (f) uwo twasanze ku muhana afatiriwe canke ikirere kitifashe neza? (g) uwo twasanze ku muhana adufashe nabi?

Imin. 15: “Turyohore ubuhanga bwacu mu busuku​—Gucira inzira isubirayo.” Ikiganiro c’uguhana ijambo n’abumviriza. Nimushiremwo agakino ko kwivugana k’umwamamaji ariko aritegurira ubusuku. Arategura ikibazo azoca abaza umunyamuhana aramutse yemeye ibinyamakuru. Ico kibazo ategura ni ico azokwishura asubiye kugendera uwo muntu.

Ururirimbo rwa 68 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika