ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb16 Ntwarante rup. 4
  • 14-20 Ntwarante

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 14-20 Ntwarante
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
mwb16 Ntwarante rup. 4

14-20 Ntwarante

YOBU 1-5

  • Ururirimbo rwa 89 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Yobu yaragumanye ugutungana mu bigeragezo”: (Imin. 10)

    • [Nimwerekane ividewo ivuga Incamake y’igitabu ca Yobu.]

    • Yb 1:8-11​—Shetani avyura inkeka ku bijanye n’imvo zituma Yobu agumana ugutungana (w11 15/5 17 ing. 6-8; w09 15/4 3 ing. 3-4)

    • Yb 2:2-5​—Shetani avyura inkeka ku bijanye n’ugutungana kw’umuntu wese (w09 15/4 4 ing. 6)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Yb 1:6; 2:1​—Ni bande bari bemerewe kuza imbere ya Yehova? (w06 15/3 13 ing. 6)

    • Yb 4:7, 18, 19​—Ni iciyumviro ikihe kitari co Elifazi yabwiye Yobu? (w14 15/3 12 ing. 3; w05 15/9 26 ing. 4-5)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?

    • Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?

  • Igisomwa ca Bibiliya: Yb 4:1-21 (Imin. 4 canke idashika)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: wp16.2 igipfukisho​—Nucire inzira isubirayo. (Imin. 2 canke idashika)

  • Usubiyeyo: wp16.2 igipfukisho​—Nucire inzira ikiyago kizokurikira. (Imin. 4 canke idashika)

  • Inyigisho: fg icigwa ca 2, ing. 2-3 (Imin. 6 canke idashika)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 88

  • Nunanire akosho k’urunganwe!: (Imin. 15) Guhana ijambo. Erekana ividewo yo kuri jw.org ivuga ngo Nunanire akosho k’urunganwe! (Ja ahavuga ngo INYIGISHO ZO MURI BIBILIYA > IMIYABAGA.) Nuce ubaza uti: Ni ingorane izihe abana bahura na zo kw’ishure? Boshira mu ngiro gute impanuro dusanga muri Kuvayo 23:2? Ni ibintu bine ibihe bizobafasha kurwanya akosho k’urunganwe no kugumana ugutungana kwabo? Nusabe abakiri bato bavuge ingene bananiye akosho k’urunganwe.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: ia ikig. 11 ing. 1-11 (Imin. 30)

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 149 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika