12-18 Ruheshi
GUCURA INTIMBA 1-5
Ururirimbo rwa 128 n’isengesho
Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Kurindira Yehova biradufasha kwihangana”: (Imin. 10)
[Erekana ividewo ivuga Incamake y’igitabu co Gucura intimba.]
Int 3:20, 21, 24—Yeremiya yararindiriye Yehova yongera aramwihekako (w12 1/6 14 ing. 3-4; w11 15/9 8 ing. 8)
Int 3:26, 27—Twihanganiye ibigerageza ukwizera kwacu bizodufasha kwihanganira ingorane zodushikira mu nyuma (w07 1/6 11 ing. 4-5)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)
Int 2:17—Ni ibiki Yehova “yavuze” vyarangukiye kuri Yeruzalemu? (w07 1/6 9 ing. 2)
Int 5:7—Yehova yoba ahora abantu amakosa ya ba sekuruza? (w07 1/6 10 ing. 5)
Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?
Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Int 2:20–3:12
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) g17.3 rup. 3-7—Cira inzira isubirayo.
Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) g17.3 rup. 3-7—Cira inzira ikiyago kizokurikira.
Insiguro: (Imin. 6 canke idashika) w11 15/9 9-10 ing. 11-13—Umutwe: Yehova ni we muturi wanje.
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Ibikenewe iwanyu: (Imin. 8) Murashobora kuganira kw’“Ikete rivuye ku Nama Nyobozi” riri mu Gitabu c’umwaka. (yb17 2-5)
Ibirangurwa n’ishirahamwe: (Imin. 7) Erekana videwo yo muri Ruheshi 2017 ivuga ngo Ibirangurwa n’ishirahamwe.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) kr ikig. 13 ing. 33-34, uruzitiro “Intsinzi zikomakomeye zo muri sentare nkuru zateje imbere ukwamamaza ubwami,” n’isubiramwo “Woba ubona ko Ubwami bw’Imana bubaho koko?”
Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 100 n’isengesho