ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb18 Ruhuhuma rup. 6
  • Wiyumvira ivyiyumviro vya nde?

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Wiyumvira ivyiyumviro vya nde?
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
  • Ivyo bijanye
  • Tora igiti cawe co kubabarizwako hanyuma ugume unkurikira
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
  • Tubeho tutacinezereza
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2005
  • Yari intahemuka mu bigeragezo
    Niwigane ukwizera kwabo
  • Yari intahemuka mu bigeragezo
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2010
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
mwb18 Ruhuhuma rup. 6

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | MATAYO 16-17

Wiyumvira ivyiyumviro vya nde?

16:21-23

Yezu ariko abwira Petero ngo aherere inyuma yiwe
  • Naho tuzi neza ko ivyo Petero yavuze atabitumwe n’umutima mubi, Yezu yaciye akosora ivyiyumviro vyiwe bitari vyo

  • Yezu yari azi ko ico kitari igihe co ‘kwibabarira.’ Kwirekerana muri ico gihe kitoroshe ni vyo nyene Shetani yashaka ko akora

16:24

Yezu yarerekanye ibintu bitatu dutegerezwa gukora kugira tuyoborwe n’ivyiyumviro vy’Imana. None kimwekimwe cose kidusaba iki?

  • Niwiyanke

  • Wikorere igiti cawe co kubabarizwako

  • Ugume ukurikira Yezu

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika