ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb18 Ruhuhuma rup. 8
  • Uragaba ku vyogutsitaza n’ivyotuma utsitaza abandi

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Uragaba ku vyogutsitaza n’ivyotuma utsitaza abandi
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
  • Ivyo bijanye
  • Ku bakunda Yehova, “nta gitsitaza kihaba”
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2013
  • Woba uzotsitazwa n’ivyerekeye Yezu?
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2021
  • Nta na kimwe coshobora gutsitaza umugororotsi
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2021
  • Yezu aha intumwa izindi mpanuro zihambaye
    Yezu ni inzira, ukuri n’ubuzima
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
mwb18 Ruhuhuma rup. 8

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | MATAYO 18-19

Uragaba ku vyogutsitaza n’ivyotuma utsitaza abandi

Yezu yarakoresheje ibigereranyo kugira atwigishe ko gutsitara no gutsitaza abandi atari ikintu co gufata minenerwe.

18:6, 7

  • “Igitsitaza” ni igikorwa canke ikintu gituma umuntu afata ingendo itabereye, ata ubuntu canke agwa mu caha

  • Umuntu atsitaza uwundi yopfuma yambikwa urusyo mw’izosi agatabwa mu kiyaga

Urusyo ruriko rurazungurutswa n’indogobwa; umuntu baboheyeko urusyo mw’izosi baca bamuterera mu kiyaga

Insyo

18:8, 9

  • Yezu yahanuye abayoboke biwe guheba mbere n’ikintu c’agaciro nk’ikiganza canke ijisho igihe coba kibatsitaza

  • Vyoba vyiza uhevye ico kintu c’agaciro ukinjira mu Bwami bw’Imana hako ukigumana ugatahira muri Gehena, ni ukuvuga kurandurwa buhere

Mu buzima bwanje, ni igiki coshobora kumbera igitsitaza? Nokwirinda gute ivyontsitaza n’ivyotuma ntsitaza abandi?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika