ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb18 Ndamukiza rup. 5
  • Gukiza umuntu kw’Isabato

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Gukiza umuntu kw’Isabato
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
  • Ivyo bijanye
  • Ni ibiki vyemewe gukorwa kw’Isabato?
    Yezu ni inzira, ukuri n’ubuzima
  • Ni Ibiki Vyemewe Gukorwa kw’Isabato?
    Umuntu Ahambaye Kuruta Ababayeho Bose
  • Abakirisu boba babwirizwa kwubahiriza Isabato?
    Inyishu z’ibibazo bishingiye kuri Bibiliya
  • Bamyoza ingano kw’Isabato
    Yezu ni inzira, ukuri n’ubuzima
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
mwb18 Ndamukiza rup. 5
Umugabo anyunyutse ukuboko aje kuri Yezu

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | MARIKO 3-4

Gukiza umuntu kw’Isabato

3:1-5

Kubera iki Yezu yatuntujwe cane n’inyifato y’abakuru b’idini ry’Abayuda? Kubera ko batumye itegeko ry’Isabato ribera abantu umuzigo mu kuryongeramwo utuntu twinshi tutagira akamaro. Nk’akarorero, vyari bibujijwe kwica imbaragasa. Gukiza umuntu vyari vyemewe igihe gusa ubuzima bwiwe bwaba buri mu kaga. Ivyo vyasobanura ko uwavunitse canke uwahinyagaye atashobora kuvurwa kw’Isabato. Biragaragara rero ko izo ndongozi z’idini zitari zinezwe uwo mugabo yari yaranyunyutse ukuboko.

NIWIBAZE UTI:

  • ‘Abandi boba bazi ko ndi umuntu yumira ku mategeko canke ko ndi umunyempuhwe?’

  • ‘Igihe mbonye uwukeneye gufashwa mw’ishengero, nokwigana gute impuhwe za Yezu ku rugero runini rushoboka?’

Abakurambere babiri bagendeye mushiki wacu acurumba muri twinshi be n’umuhungu wiwe w’umuyabaga
    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika