ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb18 Ruheshi rup. 4
  • 11-17 Ruheshi

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 11-17 Ruheshi
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
mwb18 Ruheshi rup. 4

11-17 Ruheshi

LUKA 1

  • Ururirimbo rwa 137 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Niwigane ukwicisha bugufi kwa Mariya”: (Imin. 10)

    • [Erekana akavidewo kavuga Incamake y’igitabu ca Luka.]

    • Lk 1:38​—Yaremeye ibanga yahawe yicishije bugufi (ia 149 ing. 12)

    • Lk 1:46-55​—Yarashemeje Imana yerekeza kw’Ijambo ryayo (ia 150-151 ing. 15-16)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Lk 1:69​—Imvugo ngo “ihembe ry’ubukiriro” isobanura iki? (nwtsty amakuru adufasha kwiga)

    • Lk 1:76​—Ni mu buryo ki Yohani Umubatizi ‘yokwitangiye imbere Yehova’? (nwtsty amakuru adufasha kwiga)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Lk 1:46-66

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) Koresha agace bijanye k’ingene twotanguza ibiyago.

  • Akavidewo ka usubiyeyo ubwa mbere: (Imin. 5) Nimurabe ako kavidewo mwongere mukaganireko.

  • Usubiyeyo ubwa kabiri: (Imin. 3 canke idashika) Koresha agace bijanye k’ingene twotanguza ibiyago.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 92

  • Ibikenewe iwanyu: (Imin. 8) Raba ibikenewe iwanyu canke muganire ku mayagwa ajanye n’icanditswe c’umwaka wa 2018. (w18.01 8-9 ing. 4-7)

  • Ibirangurwa n’ishirahamwe: (Imin. 7) Erekana videwo yo muri Ruheshi ivuga ngo Ibirangurwa n’ishirahamwe.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 24

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 58 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika