ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb18 Ruheshi rup. 6
  • Nunanire inyosha mbi nka kumwe kwa Yezu

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Nunanire inyosha mbi nka kumwe kwa Yezu
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
  • Ivyo bijanye
  • Ntimukunde isi canke ibiri mw’isi
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
  • Murabe ukuntu mubwirizwa kumera
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2013
  • Kunda ubugororotsi, wanke ubugarariji
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
  • Nonanira gute ibigeragezo?
    Urwaruka ruribaza
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
mwb18 Ruheshi rup. 6

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | LUKA 4-5

Nunanire inyosha mbi nka kumwe kwa Yezu

Shetani aragerageza gusenyura ubucuti dufitaniye na Yehova mu kwonona ivyipfuzo vyo mu mutima wacu. Arafatira aho umwe wese agoyagoya no ku kuntu ivyiwe vyifashe mu buzima.

Ni ikigwanisho gikomeye ikihe Yezu yikozeko mu kunanira ibintu bitatu bikunda kwosha nabi abantu? (Heb 4:12; 1Yh 2:15, 16) Nokwigana gute akarorero kiwe?

  • Yezu aranse guhindura amabuye imikate

    4:1-4

    “Icipfuzo c’umubiri”

  • Yezu ariyamirije inyosha mbi ya Shetani yo kumuha ubwami bwose bw’isi

    4:5-8

    “Icipfuzo c’amaso”

  • Yezu ari ku gakuta k’ikirindiro k’urusengero

    4:9-12

    ‘Kwihaya’

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika