ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb18 Munyonyo rup. 6
  • Ishengero ryari riherutse kuvuka rigeragezwa

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ishengero ryari riherutse kuvuka rigeragezwa
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
  • Ivyo bijanye
  • Sitefano yari «yuzuye ubuntu bw’Imana n’ububasha»
    “Nushinge intahe inogangije ku vyerekeye Ubwami bw’Imana”
  • Yehova adusaba iki?
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2017
  • Sitefano Aterwa Amabuye
    Igitabu Canje c’Inkuru za Bibiliya
  • Guhamwa kubera ukugororoka
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2003
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
mwb18 Munyonyo rup. 6
Sitefano ariko araterwa amabuye, kandi Sauli arabishigikiye

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | IVYAKOZWE 6-8

Ishengero ryari riherutse kuvuka rigeragezwa

6:1-7; 7:58–8:1

Abapfakazi bavuga ikigiriki bagumye i Yeruzalemu inyuma y’aho babatirijwe, bariko barakumirwa. Boba baratsitajwe n’ako karenganyo canke bararindiriye bihanganye ko Yehova atorera umuti ico kibazo?

Igihe Sitefano yicishwa amabuye maze uruhamo rukomeye rugatuma abakirisu b’i Yeruzalemu bahungira i Yudaya n’i Samariya, boba baciye bagabanya umwete wo kwamamaza?

Abakirisu bari bagize iryo shengero rishasha, babifashijwemwo na Yehova barihanganiye ibigeragezo kandi babandanya kwongerekana.​—Ivk 6:7; 8:4.

NIWIBAZE UTI: ‘Ndiko nihanganira gute ibigeragezo binshikira?’

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika