ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb18 Kigarama rup. 3
  • 10-16 Kigarama

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 10-16 Kigarama
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
mwb18 Kigarama rup. 3

10-16 Kigarama

IVYAKOZWE 12-14

  • Ururirimbo rwa 60 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Paulo na Barunaba barahinduye abantu abigishwa mu turere twa kure”: (Imin. 10)

    • Ivk 13:2, 3​—Yehova yahisemwo Barunaba na Sauli ku bw’igikorwa kidasanzwe (bt 86 ing. 4)

    • Ivk 13:12, 48; 14:1​—Igikorwa cabo kitoroshe caravuyemwo ivyiza vyinshi (bt 95 ing. 5)

    • Ivk 14:21, 22​—Barunaba na Paulo barakomeje abigishwa bashasha (w14 15/9 13 ing. 4-5)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Ivk 12:21-23​—Ivyashikiye Herodi bitwigisha iki? (w08 15/5 32 ing. 7)

    • Ivk 13:9​—Kubera iki Sauli yitwa kandi Paulo? (nwtsty amakuru adufasha kwiga)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Ivk 12:1-17

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) Koresha agace bijanye k’ingene twotanguza ibiyago.

  • Akavidewo ka usubiyeyo ubwa mbere: (Imin. 5) Nimurabe ako kavidewo mwongere mukaganireko.

  • Insiguro: (Imin. 6 canke idashika) bt 78-79 ing. 8-9​—Umutwe: Nusabire abo dusangiye ukwemera.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 65

  • “Turyohore ubuhanga bwacu mu ndimiro​—Dufashe ‘abafise agatima kabereye’ gucika abigishwa”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Erekana ividewo ivuga ngo Yehova Imana azogufasha.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 45

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 55 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika