ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb19 Ndamukiza rup. 6
  • ‘Imana izoba vyose kuri bose’

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • ‘Imana izoba vyose kuri bose’
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
  • Ivyo bijanye
  • Yehova yama ashitsa ivyo asezerana
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
  • Amahoro mu kiringo c’imyaka igihumbi n’inyuma y’aho!
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2012
  • “Mutegerezwa kuba beranda”
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
  • “Ubu ugira ubone ico nzokorera Farawo”
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
mwb19 Ndamukiza rup. 6

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | 1 ABAKORINTO 14-16

‘Imana izoba vyose kuri bose’

15:24-28

Abaguma ari intahemuka kuri Yehova bazokwinovora kazoza keza igitangaza. Uko tubwira abandi ivyo Imana yasezeranye turyohewe ni ko birushiriza gutsimbatara mu mitima yacu. Intumwa Paulo yaremesheje abakirisu bagenziwe kwiha ishusho y’ukuntu ibintu bizoba bimeze ku mpera y’Ingoma ya Kristu y’imyaka igihumbi, Yehova ‘niyaba vyose kuri bose.’

Abamarayika bariko barakingira abasavyi ba Yehova muri ya makuba akomeye; abantu bari mw’Iparadizo; Yezu arambuye urugori, agaca ashikiriza Ubwami Yehova Imana

Ni ikintu ikihe ushashaye kuzobona mu vyimirije kuranguka, kandi kubera iki?

Wemezwa n’iki ko ivyo Imana yasezeranye bizoranguka?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika