ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb20 Mukakaro rup. 2
  • “Ubu ugira ubone ico nzokorera Farawo”

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • “Ubu ugira ubone ico nzokorera Farawo”
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
  • Ivyo bijanye
  • Umwami Mubi Aganza Misiri
    Igitabu Canje c’Inkuru za Bibiliya
  • ‘Yehova ampindukira agakiza’
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2006
  • Bajabuka Ikiyaga Gitukura
    Igitabu Canje c’Inkuru za Bibiliya
  • Yehova yama ashitsa ivyo asezerana
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
mwb20 Mukakaro rup. 2
Abisirayeli be n’abandi bantu batandukanye atari Abisirayeli, bariko bava mu Misiri.

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | KUVAYO 6-7

“Ubu ugira ubone ico nzokorera Farawo”

6:1, 6, 7; 7:4, 5

Yehova yabanje kubwira Abisirayeli ivyo yari agiye gukora imbere y’uko ateza ivyago Misiri be n’uko abakura mu buja. Botegerejwe kubona ububasha bwa Yehova bwigaragaza mu buryo batari bwigere babona kandi ata gukeka, Abanyamisiri bobwirijwe kumenya Yehova uwo ari we. Igihe ivyo Imana yasezeranye vyaranguka, ukwizera kw’Abisirayeli kwarakomeye kandi ivyo vyatumye bananira akosho k’amadini y’ikinyoma bari babayemwo mu Misiri.

Ni gute iyi nkuru yo muri Bibiliya itumye urushiriza kujijuka ko ibintu vyose Yehova yasezeranye muri kazoza bizoranguka?

Abasavyi ba Yehova b’intahemuka bariko bava mu makuba akomeye.
    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika