ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb20 Nzero rup. 3
  • Woba ushobora gusigura ivyo wemera?

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Woba ushobora gusigura ivyo wemera?
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
  • Ivyo bijanye
  • Umuganga abaga ingingo z’amagufa asigura icatumye yemera Imana
    Be maso!—2013
  • Nurushirize kumenya Yehova biciye ku vyo yaremye
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2023
  • Yemwe rwaruka, nimukomeze ukwizera kwanyu
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2016
  • Nurushirize kwizera Umuremyi
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2021
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
mwb20 Nzero rup. 3
Umuvukanyi ariko asomera icanditswe umugabo bakorana, mu karuhuko ka sasita.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Woba ushobora gusigura ivyo wemera?

Nka hamwe bokubaza igituma wemera ko ibiriho vyaremwe, wokwishura gute? Kugira wishure udakekeranya, ukwiye gukora ibintu bibiri: Ubwa mbere, ukwiye kuba warajijutse yuko ibiriho vyaremwe koko. (Rm 12:1, 2) Ubwa kabiri, ukwiye kwiyumvira ukuntu wosigurira uwundi muntu ivyo wemera.​—Img 15:28.

KUGIRA MUMENYE IMVO ZATUMYE ABANDI BEMERA KO IBIRIHO VYAREMWE, RABA IVIDEWO IVUGA NGO UMUGANGA ABAGA INGINGO Z’AMAGUFA ASIGURA ICATUMYE YEMERA IMANA BE N’IYIVUGA NGO UMUHINGA MU VY’IBIKOKO ASIGURA ICATUMYE YEMERA IMANA, MUCE MWISHURA IBI BIBAZO:

  • Ingene ivi ry’umuntu rimeze.

    Kubera iki Irène Hof Laurenceau yemera ko ibiriho vyaremwe aho kwemera ko vyabayeho biciye kw’ihindagurika?

  • Yaroslav Dovhanych.

    Kubera iki Yaroslav Dovhanych yemera ko ibiriho vyaremwe aho kwemera ko vyabayeho biciye kw’ihindagurika?

  • Wosigurira gute umuntu igituma wemera ko ibiriho vyaremwe?

  • Mu vyasohowe n’ishirahamwe rya Yehova, ni ibihe mufise mu rurimi rwanyu bikujijura kandi wokoresha mu kujijura abandi yuko Imana ari yo yaremye vyose?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika