13-19 Nzero
ITANGURIRO 3-5
Ururirimbo rwa 72 n’isengesho
Amajambo y’intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Ingaruka zibabaje zakwezwe n’ikinyoma co mu ntango”: (Imin. 10)
It 3:1-5—Shetani yarabesheye Imana (w17.02 5 ing. 9)
It 3:6—Adamu na Eva baragararije Imana (w00 15/11 25-26)
It 3:15-19—Imana yaraciriye urubanza abo bagarariji (w12 1/9 4 ing. 2; w04 1/1 29 ing. 2; it-1 672)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
It 4:23, 24—Kubera iki Lameki yatunganije ayo majambo? (it-2 105 ing. 8)
It 4:26; akajambo k’epfo—Abantu bo mu gihe ca Enoshi bashobora kuba batanguye “ivy’ukwambaza izina rya Yehova” mu buryo ubuhe? (it-1 352 ing. 5)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) It 4:17–5:8 (th icigwa ca 5)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Ividewo ya mugihura: (Imin. 4) Guhana ijambo. Erekana iyo videwo, uce ubaza uti: Ni igiki mwashimye ku kuntu yatanguje ikiyago? Twokwigira iki ku kuntu abo bamamaji batunganije isubirayo?
Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) Koresha agace kajanye na mugihura. (th icigwa ca 1)
Mugihura: (Imin. 3 canke idashika) Hera ku gace kajanye na mugihura. Niwishure ku majambo ahagarika ikiyago akunda kuvugwa aho iwanyu. (th icigwa ca 3)
Mugihura: (Imin. 3 canke idashika) Hera ku gace kajanye na mugihura. Nuce umusigira ikinyamakuru ca vuba cishura ikibazo abajije. (th icigwa ca 2)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Ingene twotanguza ibiyago dukoresheje udupapuro tw’inkuru nziza”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo yerekana ukuntu twotanguza ikiyago dukoresheje agapapuro k’inkuru nziza, mwongere muyiganirako.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 99
Amajambo yo gusozera (Imin. 3 canke idashika)
Ururirimbo rwa 85 n’isengesho