ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb20 Ndamukiza rup. 4
  • 13-19 Ndamukiza

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 13-19 Ndamukiza
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
mwb20 Ndamukiza rup. 4

13-19 Ndamukiza

ITANGURIRO 31

  • Ururirimbo rwa 112 n’isengesho

  • Amajambo y’intangamarara (Umun. 1)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Yakobo na Labani bagiranira isezerano ry’amahoro”: (Imin. 10)

    • It 31:44-46​—Yakobo na Labani barubatse ikirundo c’amabuye maze bakirirako imfungurwa zijanye n’isezerano (it-1 943 ing. 3)

    • It 31:47-50​—Ico kibanza bacise Galeyedi be n’Umunara w’inderetsi (it-2 1089-1090)

    • It 31:51-53​—Basezeranye kugumana amahoro hagati yabo

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)

    • It 31:19​—Ni igiki gishobora kuba caratumye Rasheli yiba terafimu za se? (it-2 1062)

    • It 31:41, 42​—Akarorero ka Yakobo katwigisha iki ku bijanye n’abakoresha “bagoye gushimisha”? (1Pt 2:18; w13 15/3 21 ing. 8)

    • Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) It 31:1-18 (th icigwa ca 10)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Ividewo ya mugihura: (Imin. 4) Guhana ijambo. Erekana iyo videwo. Nuce ubaza uti: Ni gute uwo mushiki wacu yasiguye neza ico canditswe? Yaciriye inzira gute isubirayo?

  • Mugihura: (Imin. 3 canke idashika) Hera ku gace kajanye na mugihura. Nutsinde ivyohagarika ikiyago bikunda kuvugwa aho iwanyu. (th icigwa ca 4)

  • Mugihura: (Imin. 5 canke idashika) Hera ku gace kajanye na mugihura. Muhe agatabu Inkuru nziza uce utanguza inyigisho ya Bibiliya ukoresheje icigwa ca 5. (th icigwa ca 8)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 77

  • Turemeshe abahororokewe: (Imin. 20 canke idashika) Insiguro ishikirizwa n’umukurambere. Nimwerekane ividewo ivuga ngo Yehova aritwararika intama ziwe. Mu nyuma, nuce ku mayange ubigiranye igishika ibiri mu gatabu Nugaruke kuri Yehova ku rupapuro rwa 14.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 111 ing. 1-9

  • Amajambo yo gusozera (Imin. 3 canke idashika)

  • Ururirimbo rwa 146 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika