ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb20 Ndamukiza rup. 4
  • Yakobo na Labani bagiranira isezerano ry’amahoro

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Yakobo na Labani bagiranira isezerano ry’amahoro
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
  • Ivyo bijanye
  • Yakobo yaraha agaciro ivy’impwemu
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2003
  • Yakobo Aja i Harani
    Igitabu Canje c’Inkuru za Bibiliya
  • Yarakingiye umuryango wiwe abigiranye umutima rugabo
    Gendana n’Imana n’umutima rugabo
  • Muzoba “ubwami bw’abaherezi”
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2014
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
mwb20 Ndamukiza rup. 4

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | ITANGURIRO 31

Yakobo na Labani bagiranira isezerano ry’amahoro

31:44-53

Kubera iki Yakobo na Labani bubatse ikirundo c’amabuye?

  • Cari nk’ikimenyetso ku bahita bose cerekana ko bari bagiraniye isezerano ry’amahoro

  • Carabibutsa ko Yehova aguma araba ko bubahiriza isezerano ryabo ry’amahoro

Udufoto: 1. Bashiki bacu babiri bashavuraniye ku Ngoro y’Ubwami. Inyuma yabo hari abavukanyi bariko baratwenga bongera baganira. 2. Ba bashiki bacu babiri bagiye ahantu gusangira agakawa bakaba bariko baraganira baryohewe. Ku meza hari ikado itekeye be na Bibiliya.

Muri iki gihe, Yehova yiteze ko abasavyi biwe binovora ubucuti burangwa amahoro. Ibi bintu bitatu bidufasha gute kuzigama amahoro canke kuyagarukana?

  • Kubiyaga.​—Mt 5:23, 24

  • Kubabarira ata gahigihigi.​—Kl 3:13

  • Kwihangana.​—Rm 12:21

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika