ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb20 Ruheshi rup. 6
  • “Nzocika ico nzocika”

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • “Nzocika ico nzocika”
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
  • Ivyo bijanye
  • Ico kumenya izina ry’Imana bisobanura
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2010
  • Umugabo n’umugore baremwe kugira bunganirane
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2007
  • «Raba! Iyi ni yo Mana yacu»
    Niwiyegereze Yehova
  • Bavukanyi mukiri bato, nimwihate kugira mube abakirisu bahumuye
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2023
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
mwb20 Ruheshi rup. 6
Musa apfukamye hasi yikingiye mu maso kubera igisaka caka umuriro.

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | KUVAYO 1-3

“Nzocika ico nzocika”

3:13, 14

Yehova yarahishuriye Musa ikintu kidasanzwe ku bimwerekeye. Yehova aracika ico akeneye cose mu gihe ico ari co cose kugira ashitse ivyo agomba atarinze kurenga ku ngingo ngenderwako ziwe zigororotse. Cokimwe n’umuvyeyi, Yehova aracika igikenewe cose kugira yitwararike abana biwe.

Ni mu buryo ki Yehova yacitse icari gikenewe kugira anyitwararike?

Amafoto: Se rugo ariko aritwararika umuryango wiwe mu buryo butandukanye. 1. Ariko arayaga n’umuhungu wiwe imbere yuko amureka ngo asinzire. 2. Ariko ararabira hamwe icanditswe c’umusi n’umukenyezi wiwe be n’umwana wiwe. 3. Ariko arigisha umuhungu wiwe ukuntu banyonga ikinga.
    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika