ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb21 Ntwarante rup. 15
  • Nuhitemwo neza abagenzi

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Nuhitemwo neza abagenzi
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • Ivyo bijanye
  • Twumvire Uturorero two Kutuburira Muri Iki Gihe
    Igikorwa dukorera Ubwami—2002
  • Woba ushobora kwigana Finehasi igihe ushikiwe n’ibintu bitoroshe?
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2011
  • Hari ico umuntu umwe yofasha benshi?
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • Nuhitemwo neza abagenzi
    Urashobora kwiberaho ibihe bidahera—Ivyigwa bishingiye kuri Bibiliya
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
mwb21 Ntwarante rup. 15
Abanyamowabukazi bariko batumira abagabo b’Abisirayeli ngo bifatanye na bo.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Nuhitemwo neza abagenzi

Ivyashikiye Abisirayeli mu biyaya vya Mowabu biratuburira twebwe abakirisu. (1Kr 10:6, 8, 11) Abisirayeli batanguye kwifatanya n’Abanyamowabukazi b’abasambanyi kandi basenga ibigirwamana bahavuye boshwa gukora ibicumuro bikomeye. Ivyo rero vyarakweze akarambaraye. (Gh 25:9) Dukikujwe n’abo dukorana, abo twigana, ababanyi, incuti be n’abandi tuzinanye badasenga Yehova. None iyo nkuru yo muri Bibiliya itwigisha iki ku bijanye n’akaga kari mu gucudika na bo?

NIMURABE IVIDEWO IVUGA NGO UTURORERO TWO KUTUBURIRA MURI IKI GIHE​—AGACE, MUCE MWISHURA IBIBAZO BIKURIKIRA:

  • Ishusho yakuwe mw’ividewo ‘Uturorero two kutuburira muri iki gihe​—Agace.’ Zimuri ariko abwira Yamini n’abandi ibijanye n’Abanyamowabukazi.

    Ni ivyiyumviro bitari vyo ibihe Zimuri be n’abandi babwiye Yamini?

  • Ishusho yakuwe mw’ividewo ‘Uturorero two kutuburira muri iki gihe​—Agace.’ Finehasi ariko afasha Yamini kuzirikana.

    Finehasi yafashije gute Yamini kubona ibintu mu buryo bwiza?

  • Kugaragariza umutima mwiza uwutizera be no kumubera umugenzi bitandukaniye he?

  • Kubera iki dukwiye kwiyubara igihe duhitamwo abagenzi somambike mbere no mw’ishengero?

  • Kubera iki dukwiye kwirinda imigwi yo ku mbuga-hwaniro irimwo abantu tutazi?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika