ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb21 Ntwarante rup. 14
  • Hari ico umuntu umwe yofasha benshi?

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Hari ico umuntu umwe yofasha benshi?
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • Ivyo bijanye
  • Ukuntu Yehova ayobora abasavyi biwe
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • “Ni jewe . . . intoranwa yawe”
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • Yehova atuma umuvumo ucika umuhezagiro
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • Ingene ukwizera gutuma tugira umutima rugabo
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
mwb21 Ntwarante rup. 14

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Hari ico umuntu umwe yofasha benshi?

Abanyamowabu baroheje Abisirayeli gukora ibibi (Gh 25:1, 2; lvs 118 ing. 1-2)

Ubuhemu n’ubwikunzi bw’Abisirayeli bwatumye Yehova arungura n’ishavu (Gh 25:3-5; lvs 119 ing. 4)

Igikorwa c’umuntu umwe kiranga ukurya umutima amenyo carasubije inyuma uburake bwa Yehova (Gh 25:6-11)

Mushiki wacu akiri muto ariko akoresha agatabu ‘Origine de la vie’ mu gusigurira abo bigana ivyo yagiriye ubushakashatsi. Umunyeshure umwe adugije ukuboko.

NIWIBAZE UTI: ‘Ni mu bihe ibihe nokenera umutima rugabo wo gukora ibitandukanye n’ivy’abandi?’

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika