ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb21 Rusama rup. 14
  • “Ntuze wunge na bo ubucuti bw’ukwabirana”

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • “Ntuze wunge na bo ubucuti bw’ukwabirana”
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • Ivyo bijanye
  • Yehova akoresha abagore babiri mu kurokora abasavyi biwe
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • Akarorero keza mu vyo kumenyerezwa
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Umuco uguma urushiriza gukayangana
    Igitabu c’umwaka c’Ivyabona vya Yehova 2016
  • Urukundo rudahemuka rw’Imana ruradukingira ibinyoma vya Shetani
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
mwb21 Rusama rup. 14
Umunyakananikazi ariko aratumira Umwisirayeli ngo aze kwifatanya na we kwunamira ikigirwamana mu gihe abandi babakikuje bariko basenga ico kigirwamana mu buryo butandukanye.

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

“Ntuze wunge na bo ubucuti bw’ukwabirana”

Yehova yategetse Abisirayeli kwubakana n’abo basangiye ukwemera (Gus 7:3; w12 1/7 29 ing. 2)

Yehova yipfuza ko abasavyi biwe birinda ivyobateza umubabaro n’ukuvunika umutima (Gus 7:4; w15 15/3 30-31)

Yehova ntiyahinduye ukuntu abona ibijanye n’umubano (1Kr 7:39; 2Kr 6:14; w15 15/8 26 ing. 12)

NIWIBAZE UTI: ‘Itegeko ridusaba kwubaka “mu Mukama gusa” ndaryungukirako gute?’

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika