ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb21 Nyakanga rup. 8
  • 27 Nyakanga–3 Gitugutu

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 27 Nyakanga–3 Gitugutu
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
mwb21 Nyakanga rup. 8

27 Nyakanga–3 Gitugutu

YOSUWA 6-7

  • Ururirimbo rwa 144 n’isengesho

  • Intangamarara (Umun. 1)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Nuhindukire woye kuraba ibitagira ikimazi”: (Imin. 10)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)

    • Yos 6:20​—Ni igiki cerekana ko igisagara ca Yeriko cafashwe ata kiringo kirekire kihaciye gisugerejwe? (w15 15/11 13 ing. 2-3)

    • Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) Yos 6:1-14 (th icigwa ca 10)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 3) Koresha agace kajanye na mugihura. Niwishure ku majambo ahagarika ikiyago akunda kuvugwa aho iwanyu. (th icigwa ca 12)

  • Usubiyeyo: (Imin. 4) Hera ku gace kajanye na usubiyeyo, muce mumera nk’aho muhejeje kuraba ya videwo Ni kubera iki ukwiye kwiga Bibiliya? (th icigwa ca 9)

  • Inyigisho: (Imin. 5) lffi icigwa ca 01, iciyumviro ca 3 (th icigwa ca 8)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 121

  • Ibirangurwa n’ishirahamwe: (Imin. 5) Nimurabe ividewo yo muri Nyakanga ivuga ngo Ibirangurwa n’ishirahamwe.

  • Kugambarara n’ibigirankana bikwega akarambaraye: (Imin. 10) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo ‘Nta jambo na rimwe ritashitse’​—Agace. Nuce ubaza uti: Ni itegeko ritomoye irihe Yehova yatanze ku vyerekeye Yeriko? Akani n’umuryango wiwe bakoze iki, kandi kubera iki? Ni ivyigwa ibihe iyo nkuru itwigisha? Nuremeshe bose kuraba iyo videwo yose.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lvs ikig. 13 ing. 23-26, mwihweze n’Ingingo ngenderwako zo muri Bibiliya rup. 184-186

  • Amajambo yo gusozera (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 88 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika