UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
Nuhindukire woye kuraba ibitagira ikimazi
Amaso ya Akani yatumye atwara ibitari rwiwe (Yos 7:1, 20, 21; w10 15/4 20 ing. 5)
Ivyo Akani yakoze vyaragize ingaruka ku muryango wiwe no kw’ihanga ryose rya Isirayeli (Yos 7:4, 5, 24-26; w97 15/8 28 ing. 2)
Dutegerezwa kwicungera (1Yh 2:15-17; w10 15/4 21 ing. 8)
Dutegerezwa kwamirira kure ibintu bitagira ikimazi bitazoba biri mw’isi nshasha y’Imana igororotse.—2Pt 3:13.