ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb22 Nzero rup. 6
  • Nugaragaze urukundo rudahemuka

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Nugaragaze urukundo rudahemuka
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Ivyo bijanye
  • Tubandanye kugaragarizanya urukundo rudahemuka
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2021
  • “Aho uzoja ni ho nzoja”
    Niwigane ukwizera kwabo
  • ‘Aho uzoja ni ho nzoja’
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2012
  • Rusi na Nawomi
    Ivyigwa dukura muri Bibiliya
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
mwb22 Nzero rup. 6

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Nugaragaze urukundo rudahemuka

[Erekana ividewo ivuga Incamake y’igitabu ca Rusi.]

Nawomi yaringinze Orupa na Rusi ngo basubire i Mowabu (Rs 1:8-13; w16.02 14 ing. 5)

Rusi yaranse guheba Nawomi na Yehova (Rs 1:16, 17; w16.02 14 ing. 6)

Udufoto: 1. Inabibondo n’agakobwa kiwe bariko baraganira n’umugabo n’umugore wiwe biciye ku buhinga bwa vidéoconférence. 2. Wa mugabo n’umugore bazaniye ibifungurwa umwe inabibondo n’agakobwa kiwe.

Urukundo rudahemuka rushingiye ku kwitanga, ku kudahemuka, ku bwizigirwa no kwumirako. Yehova aragaragariza urukundo rudahemuka abasavyi biwe b’intahemuka. (Zb 63:3) Na twebwe turakwiye kugaragariza abandi urukundo rudahemuka.​—Img 21:21.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika