ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb22 Munyonyo rup. 7
  • “Inzu ya Ahabu yose itegerezwa kuyogera”​—2Bm 9:​8

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • “Inzu ya Ahabu yose itegerezwa kuyogera”​—2Bm 9:​8
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Ivyo bijanye
  • Umwamikazi mubi
    Ivyigwa dukura muri Bibiliya
  • A6-A Igicapo: Abahanuzi n’abami b’Ubuyuda na Isirayeli (Igice ca 1)
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Yezebeli—Umwamikazi Mubi
    Igitabu Canje c’Inkuru za Bibiliya
  • Ingene wotora aho icanditswe kinaka giherereye muri Bibiliya
    Ibindi biganiro
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
mwb22 Munyonyo rup. 7

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

“INZU YA AHABU YOSE ITEGEREZWA KUYOGERA”​—2Bm 9:8

“Inzu ya Ahabu yose itegerezwa kuyogera.” Igicapo cerekana ingene abakomoka kuri Ahabu bakurikiranye gutwara.

UBWAMI BWA YUDA

Yehoshafati aba umwami

nk. 911 imbere ya Kristu: Yehoramu (umuhungu wa Yehoshafati; umugabo wa Ataliya umukobwa wa Ahabu na Yezebeli) atangura kuganza ari wenyene

nk. 906 imbere ya Kristu: Ahaziya (umwuzukuru wa Ahabu na Yezebeli) aba umwami

nk. 905 imbere ya Kristu: Ataliya yica abahungu b’umwami bose agaca yigarurira ingoma. Umwuzukuru wiwe Yehowasi ni we wenyene arokoka, Yehoyada Umuherezi mukuru akaguma amunyegeje ngo Ataliya ntamubone.​—2Bm 11:1-3

898 imbere ya Kristu: Yehowasi aba umwami. Umuherezi mukuru Yehoyada aricisha Umwamikazi Ataliya.​—2Bm 11:4-16

UBWAMI BWA ISIRAYELI

nk. 920 imbere ya Kristu: Ahaziya (umuhungu wa Ahabu na Yezebeli) aba umwami

nk. 917 imbere ya Kristu: Yehoramu (umuhungu wa Ahabu na Yezebeli) aba umwami

nk. 905 imbere ya Kristu: Yehu yica Umwami Yehoramu wa Isirayeli, abo bavukana, nyina wa Yehoramu (Yezebeli), n’Umwami Ahaziya wa Yuda n’abo bavukana.​—2Bm 9:14–10:17

nk. 904 imbere ya Kristu: Yehu atangura kuganza nk’umwami

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika