Raporo yo mu 2011 yose ifatiwe hamwe
Ibiro vy’amashami y’Ivyabona vya Yehova: 98
Igitigiri c’ibihugu bitanga raporo: 236
Amashengero yose hamwe: 109.403
Abitavye Icibutso kw’isi yose: 19.374.737
Abafunguye ku bimenyetso vy’Icibutso kw’isi yose: 11.824
Abamamaji bose hamwe: 7.659.019
Incahagati y’abamamaji buri kwezi: 7.395.672
Iyongerekana ugereranije na 2010 2,4 %
Ababatijwe bose hamwe: 263.131
Incahagati y’abatsimvyi bafasha buri kwezi: 466.911
Incahagati y’abatsimvyi buri kwezi: 895.844
Amasaha yo mu ndimiro yose hamwe: 1.707.094.710
Incahagati y’inyigisho zayobowe buri kwezi: 8.490.746
Mu mwaka w’umurimo wa 2011, Ivyabona vya Yehova basohoye amadolari arenga imiliyoni 173 (nk’amarundi arenga imiliyaridi 224) mu kubungabunga abatsimvyi badasanzwe, abamisiyonari be n’abacungezi b’ingenzi mu gikorwa bashinzwe co mu ndimiro.
◼ Kw’isi yose, abasuku bose hamwe bakorera ku biro vy’amashami ni 20.595. Bose ni abo mu bagize Urwego rwo kw’isi yose rw’abasuku badasanzwe b’igihe cose b’Ivyabona vya Yehova.
[Igicapo ku rup. 44-51]
RAPORO Y’UMWAKA W’UMURIMO W’IVYABONA VYA YEHOVA KW’ISI YOSE WA 2011
(Raba ico igitabu)
[Amakarata ku rup. 52-54]
(Raba ico igitabu)