ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • yb16 rup. 30
  • Bibiliya y’isi nshasha mu zindi ndimi

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Bibiliya y’isi nshasha mu zindi ndimi
  • Igitabu c’umwaka c’Ivyabona vya Yehova 2016
  • Ivyo bijanye
  • Ibirimwo
    Be maso!—2014
  • Ntikomeye ngo isigaze!
    Igitabu c’umwaka c’Ivyabona vya Yehova 2015
  • Ibirimwo
    Be maso!—2014
  • Raporo yo mu 2014 yose ifatiwe hamwe
    Igitabu c’umwaka c’Ivyabona vya Yehova 2015
Ibindi
Igitabu c’umwaka c’Ivyabona vya Yehova 2016
yb16 rup. 30

IBIKURUBIKURU VYARANZE UMWAKA UHEZE

Bibiliya y’isi nshasha mu zindi ndimi

GUSHIKA ku wa 31 Myandagaro 2015, Bibiliya y’isi nshasha yari imaze kuboneka mu ndimi 129, yaba yose canke igice cayo. Iyo Bibiliya kandi iraboneka kuri jw.org mu ndimi 129, ushizemwo indimi indwi z’ibimenyetso. Izi ni izasohotse mu mwaka w’umurimo wa 2015:

ITARIKI

IGIHUGU

URURIMI

IYASOHOWE

5 Nyakanga 2014

Maleziya

Ikinyamaleziya

Ivyanditswe vy’ikigirikia

6 Nyakanga 2014

Koreya y’Epfo

Igikoreya

Bibiliya yasubiwemwo

19 Nyakanga 2014

Jeworojiya

Ikinyazerbayijani

Bibiliya yose

26 Nyakanga 2014

Kazakistani

Kazakh

Bibiliya yose

10 Gitugutu 2014

Gana

Ga

Ivyanditswe vy’ikigirikib

14 Munyonyo 2014

Filipine

Hiligaynon

Bibiliya yose

12 Kigarama 2014

Nijeriya

Isoko

Ivyanditswe vy’ikigirikic

13 Kigarama 2014

Etiyopiya

Amharic

Bibiliya yose

19 Kigarama 2014

Fiji

Igifiji

Bibiliya yose

26 Kigarama 2014

Megizike

Tzotzil

Ivyanditswe vy’ikigirikid

29 Kigarama 2014

Gana

Ewe

Bibiliya yose

22 Ntwarante 2015

Brezile

Igiportigale

Bibiliya yasubiwemwo

9 Rusama 2015

Zambiya

Ikiluvale

Bibiliya yose

17 Mukakaro 2015

Hayiti

Igikrewole co muri Hayiti

Bibiliya yose

28 Myandagaro 2015

Kenya

Igikuyu

Ivyanditswe vy’ikigirikie

28 Myandagaro 2015

Kongo (Kinshasa)

Kongo

Bibiliya yose

a Ni bwo bwa mbere Bibiliya y’isi nshasha ibonetse muri urwo rurimi.

b Ni bwo bwa mbere Bibiliya y’isi nshasha ibonetse muri urwo rurimi.

c Ni bwo bwa mbere Bibiliya y’isi nshasha ibonetse muri urwo rurimi.

d Ni bwo bwa mbere Bibiliya y’isi nshasha ibonetse muri urwo rurimi.

e Ni bwo bwa mbere Bibiliya y’isi nshasha ibonetse muri urwo rurimi.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika