Ntituzopfa twibagiye ingene yaturamukije
Woba uhora ugonanwa kwitaba ikoraniro ry’Ivyabona vya Yehova kubera guhagarika umutima wibaza ukuntu abantu boshobora kukubona? Nimba bimaze kugushikira, woshobora kuremeshwa n’ivyashikiye Steve Gerdes.
Nta videwo ihari.
Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.