ABACAMANZA
IBIRIMWO MURI MAKE
1
Uturere abo mu muryango wa Yuda n’uwa Simeyoni bigaruriye (1-20)
Abayebusi baguma i Yeruzalemu (21)
Abakomoka kuri Yozefu bafata igisagara ca Beteli (22-26)
Abisirayeli ntibomoye Abanyakanani bose (27-36)
2
3
Yehova ageza Abisirayeli (1-6)
Umucamanza wa mbere: Otiniyeli (7-11)
Umucamanza Ehudi yica umwami avyibushe yitwa Eguloni (12-30)
Umucamanza Shamugari (31)
4
Yabini umwami w’Abanyakanani acinyiza Abisirayeli (1-3)
Umuhanuzikazi Debora n’umucamanza Baraki (4-16)
Yayeli yica umukuru w’ingabo yitwa Sisera (17-24)
5
6
Abamidiyani bacinyiza Abisirayeli (1-10)
Umumarayika abwira umucamanza Gideyoni ko Imana iri kumwe na we (11-24)
Gideyoni asambura igicaniro ca Bayali (25-32)
Impwemu y’Imana iza kuri Gideyoni (33-35)
Ikimenyetso c’ubwoya bw’intama (36-40)
7
8
Abefurayimu bashwanira Gideyoni (1-3)
Gideyoni akurikira abami b’Abamidiyani akabica (4-21)
Gideyoni yanka kuba umwami (22-27)
Incamake y’ubuzima bwa Gideyoni (28-35)
9
Abimeleki yimikwa i Shekemu (1-6)
Umugani wa Yotamu (7-21)
Intwaro mbi ya Abimeleki (22-33)
Abimeleki atera i Shekemu (34-49)
Umugore umwe akomeretsa Abimeleki maze Abimeleki agapfa (50-57)
10
Abacamanza Tola na Yayiri (1-5)
Abisirayeli bagarariza hanyuma bakigaya (6-16)
Abamoni batera Abisirayeli (17, 18)
11
Bomora umucamanza Yefuta, mu nyuma akaba umukuru (1-11)
Ivyo Yefuta yasiguriye umwami w’Abamoni (12-28)
Indagano ya Yefuta. Umukobwa wa Yefuta (29-40)
12
13
14
Umucamanza Samusoni arondera umugore w’Umufilisitiyakazi (1-4)
Samusoni yica intambwe afashijwe n’impwemu ya Yehova (5-9)
Agapfindo ka Samusoni ku rubanza rw’ubugeni (10-19)
Umugore wa Samusoni bamuha uwundi mugabo (20)
15
16
Samusoni aja i Gaza (1-3)
Samusoni na Delila (4-22)
Samusoni yihora maze agapfa (23-31)
17
18
19
20
21