2 SAMWELI
IBIRIMWO MURI MAKE
1
2
Dawidi aba umwami w’Ubuyuda (1-7)
Ishibosheti aba umwami wa Isirayeli (8-11)
Intambara hagati y’umuryango wa Dawidi n’uwa Sawuli (12-32)
3
Umuryango wa Dawidi urushiriza gukomera (1)
Abahungu ba Dawidi (2-5)
Abuneri aja ku ruhande rwa Dawidi (6-21)
Yowabu yica Abuneri (22-30)
Dawidi aririra Abuneri (31-39)
4
5
Dawidi aba umwami wa Isirayeli yose (1-5)
Dawidi afata Yeruzalemu (6-16)
Dawidi atsinda Abafilisitiya (17-25)
6
7
Dawidi si we azokwubaka urusengero (1-7)
Imana igirana na Dawidi isezerano ry’ubwami (8-17)
Isengesho rya Dawidi ryo gukenguruka (18-29)
8
9
10
11
Dawidi aryamana na Batisheba (1-13)
Dawidi yicisha Uriya (14-25)
Dawidi atwara Batisheba akaba umugore wiwe (26, 27)
12
Imana ituma Natani gukosora Dawidi (1-15a)
Umwana wa Batisheba apfa (15b-23)
Batisheba avyara Salomo (24, 25)
Igisagara c’Abamoni citwa Raba gifatwa (26-31)
13
Amunoni asambanya Tamari ku nguvu (1-22)
Abusalomu yica Amunoni (23-33)
Abusalomu ahungira i Geshuri (34-39)
14
Yowabu n’umugore w’i Tekowa (1-17)
Dawidi amenya umugambi wa Yowabu (18-20)
Abusalomu yemererwa kugaruka (21-33)
15
Umugambi wa Abusalomu wo kugarariza (1-12)
Dawidi ahunga akava i Yeruzalemu (13-30)
Ahitofeli yifatanya na Abusalomu (31)
Hushayi arungikwa kuvuruga impanuro za Ahitofeli (32-37)
16
Ziba abeshera Mefibosheti (1-4)
Shimeyi avuma Dawidi (5-14)
Abusalomu yakira Hushayi (15-19)
Impanuro ya Ahitofeli (20-23)
17
18
19
Dawidi aririra Abusalomu (1-4)
Yowabu akebura Dawidi (5-8a)
Dawidi asubira i Yeruzalemu (8b-15)
Shimeyi asaba imbabazi (16-23)
Dawidi amenya ko Mefibosheti ata kibi yakoze (24-30)
Dawidi atera iteka Baruzilayi (31-40)
Impari mu miryango yo muri Isirayeli (41-43)
20
Sheba agarariza. Yowabu yica Amasa (1-13)
Bakurikira Sheba maze bakamuca umutwe (14-22)
Abakuru mu ntwaro ya Dawidi (23-26)
21
22
23
24
Dawidi akora igicumuro co guharura abantu (1-14)
Ikiza gihitana abantu 70.000 (15-17)
Dawidi yubaka igicaniro (18-25)