2 ABAMI
IBIRIMWO MURI MAKE
1
2
Eliya ajanwa mu gihuhusi (1-18)
Elisha atyorora amazi y’i Yeriko (19-22)
Idubu zica uduhungu tw’i Beteli (23-25)
3
Yehoramu, umwami wa Isirayeli (1-3)
Abanyamowabu bagarariza Isirayeli (4-25)
Abanyamowabu batsindwa (26, 27)
4
Elisha agwiza amavuta y’umupfakazi (1-7)
Umugore w’i Shunemu w’umwakiranyi (8-16)
Uwo mugore aronka umwana, nya mwana agapfa (17-31)
Elisha azura uwo mwana (32-37)
Elisha atuma isupu irika (38-41)
Elisha agwiza imikate (42-44)
5
6
Elisha atuma ishoka ireremba (1-7)
Elisha n’Abasiriya (8-23)
Amaso y’umusuku wa Elisha yuguruka (16, 17)
Abasiriya batezwa uruhumyi (18, 19)
Samariya hugarizwa hagatera ikigoyi (24-33)
7
Elisha avuga ko ikigoyi kigiye guhera (1, 2)
Haboneka ibifungurwa mw’ikambi y’Abasiriya bahunze (3-15)
Ivyo Elisha yavuze biranguka (16-20)
8
Wa mugore w’i Shunemu asubizwa itongo (1-6)
Elisha, Beni-Hadadi na Hazayeli (7-15)
Yehoramu, umwami w’Ubuyuda (16-24)
Ahaziya, umwami w’Ubuyuda (25-29)
9
Yehu arobanurwa ngo abe umwami wa Isirayeli (1-13)
Yehu yica Yehoramu na Ahaziya (14-29)
Yezebeli yicwa, imbwa zikamurya (30-37)
10
Yehu yica abo mu muryango wa Ahabu (1-17)
Yehu yica abasenga Bayali (18-27)
Ivyaranze intwaro ya Yehu muri make (28-36)
11
Ataliya yiha ubutegetsi (1-3)
Yehowasi yimikwa mu mpisho (4-12)
Ataliya yicwa (13-16)
Ibintu Yehoyada yahinduye (17-21)
12
Yehowasi, umwami w’Ubuyuda (1-3)
Yehowasi asanasana urusengero (4-16)
Igitero c’Abasiriya (17, 18)
Yehowasi yicwa (19-21)
13
Yehowahazi, umwami wa Isirayeli (1-9)
Yehowasi, umwami wa Isirayeli (10-13)
Elisha ageza umwete wa Yehowasi (14-19)
Elisha apfa, amagufa yiwe akazura umuntu (20, 21)
Ubuhanuzi bwa nyuma bwa Elisha buranguka (22-25)
14
Amaziya, umwami w’Ubuyuda (1-6)
Amaziya arwana n’Abanyedomu. Arwana n’Abisirayeli (7-14)
Urupfu rwa Yehowasi, umwami wa Isirayeli (15, 16)
Urupfu rwa Amaziya (17-22)
Yerobowamu wa kabiri, umwami wa Isirayeli (23-29)
15
Azariya, umwami w’Ubuyuda (1-7)
Abami ba nyuma ba Isirayeli: Zakariya (8-12), Shalumu (13-16), Menahemu (17-22), Pekahiya (23-26), Peka (27-31)
Yotamu, umwami w’Ubuyuda (32-38)
16
Ahazi, umwami w’Ubuyuda (1-6)
Ahazi aha igiturire Abashuri (7-9)
Ahazi akora igicaniro nk’ic’abapagani (10-18)
Urupfu rwa Ahazi (19, 20)
17
Hosheya, umwami wa Isirayeli (1-4)
Isirayeli itemba (5, 6)
Abisirayeli batwarwa mu bunyagano kubera ubuhuni (7-23)
Abanyamahanga bazanwa ngo babe i Samariya (24-26)
Abasamariya bavangatiranya ivy’ugusenga (27-41)
18
Hezekiya, umwami w’Ubuyuda (1-8)
Incamake y’ingene Isirayeli yatemvye (9-12)
Senakeribu atera Ubuyuda (13-18)
Rabushake acokora Yehova (19-37)
19
Hezekiya atabaza Imana biciye kuri Yesaya (1-7)
Senakeribu atera ubwoba ababa i Yeruzalemu (8-13)
Isengesho rya Hezekiya (14-19)
Yesaya avuga ivyo Imana yamwishuye (20-34)
Umumarayika yica Abashuri 185.000 (35-37)
20
Hezekiya arwara hanyuma agakira (1-11)
Intumwa zaje ziva i Babiloni (12-19)
Urupfu rwa Hezekiya (20, 21)
21
Manase, umwami w’Ubuyuda. Yarasheshe amaraso (1-18)
Amoni, umwami w’Ubuyuda (19-26)
22
Yosiya, umwami w’Ubuyuda (1, 2)
Ibijanye no gusanasana urusengero (3-7)
Batora igitabu c’amategeko (8-13)
Hulida avuga ivyago bizoba (14-20)
23
Ibintu Yosiya yahinduye (1-20)
Bahimbaza Pasika (21-23)
Ibindi Yosiya yahinduye (24-27)
Urupfu rwa Yosiya (28-30)
Yehowahazi, umwami w’Ubuyuda (31-33)
Yehoyakimu, umwami w’Ubuyuda (34-37)
24
Yehoyakimu agarariza. Urupfu rwiwe (1-7)
Yehoyakini, umwami w’Ubuyuda (8, 9)
Abajanywe i Babiloni ubwa mbere (10-17)
Zedekiya, umwami w’Ubuyuda. Agarariza (18-20)
25
Nebukadinezari yugariza Yeruzalemu (1-7)
Yeruzalemu n’urusengero rwaho bitikizwa. Abajanywe i Babiloni ubwa kabiri (8-21)
Gedaliya aba buramatari (22-24)
Gedaliya yicwa. Abantu bahungira mu Misiri (25, 26)
Yehoyakini akurwa mw’ibohero i Babiloni (27-30)