ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • nwt rup. 1863
  • Yakobo: ibirimwo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Yakobo: ibirimwo
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Ivyo bijanye
  • Ukwizera Gutuma Dukora!
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—1997
  • 2 Abatesalonika: ibirimwo
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Abaroma: ibirimwo
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1 Yohani: ibirimwo
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Ibindi
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Yakobo: ibirimwo

YAKOBO

IBIRIMWO MURI MAKE

  • 1

    • Indamutso (1)

    • Ukwihangana kuzana umunezero (2-15)

      • Ukwizera kugejejwe (3)

      • Mugume musaba mwizeye (5-8)

      • Icipfuzo gishikana ku gicumuro n’urupfu (14, 15)

    • Ingabire nziza yose iva mw’ijuru (16-18)

    • Kwumva no gushira mu ngiro rya jambo (19-25)

      • Umuntu yiraba mu cirore (23, 24)

    • Ugusenga gutyoroye kandi kudahumanye (26, 27)

  • 2

    • Kugira nkunzi ni igicumuro (1-13)

      • Urukundo ni itegeko ry’i bwami (8)

    • Ukwizera kudafise ibikorwa kuba gupfuye (14-26)

      • Amadayimoni aremera, agahinda agashitsi (19)

      • Aburahamu yiswe umugenzi wa Yehova (23)

  • 3

    • Kumenyereza ururimi kugamburuka (1-12)

      • Si mwese mukwiye kuba abigisha (1)

    • Ubukerebutsi buva mw’ijuru (13-18)

  • 4

    • Ntimube abagenzi b’isi (1-12)

      • Murwanye Shetani (7)

      • Mwiyegereze Imana (8)

    • Mwirinde kwirata (13-17)

      • «Yehova niyabishaka» (15)

  • 5

    • Ingabisho ku batunzi (1-6)

    • Imana irahezagira abihangana (7-11)

    • «Ego» yanyu nibe ego (12)

    • Isengesho ririmwo ukwizera rirakora (13-18)

    • Gufasha umucumuzi kugaruka (19, 20)

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika