Intangamarara
Tubaye mw’isi yuzuyemwo indwara ziteye akaga. None twokwikingira gute?
Ijambo ry’Imana rivuga riti: “Umunyabwenge ni uwubonye ivyago akihisha.”—Imigani 22:3.
Iki kinyamakuru “Be maso!” kirerekana ivyo twokora kugira ngo twikingire maze indwara ntizipfe kutwandukira.