ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb16 Kigarama rup. 1
  • Ingene twotanguza ibiyago

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ingene twotanguza ibiyago
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
  • Udutwe
  • Ivyo bijanye
  • BE MASO!
  • NIWIGISHE UKURI
  • NI KUBERA IKI UKWIYE KWIGA BIBILIYA? (Akavidewo)
  • ANDIKA HANO UBURYO BWAWE
  • Ingene twotanguza ibiyago
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2017
  • Ingene twotanguza ibiyago
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
  • Ingene twotanguza ibiyago
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
  • Ingene twotanguza ibiyago
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2017
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
mwb16 Kigarama rup. 1
Bashiki bacu babiri bariko barayobora inyigisho muri Shili

Abamamaji bariko barayobora inyigisho muri Shili

Ingene twotanguza ibiyago

BE MASO!

Be maso! No. 6 2016 | Ingene twokwirinda indwara

Ikibazo: Abantu benshi bipfuza kugira amagara meza. Wibaza ko twokora iki kugira twikingire indwara?

Icanditswe: Img 22:3

Ivyo wovuga: Iki kinyamakuru Be maso! kirerekana ingene twokorana ubwenge kugira twikingire indwara.

NIWIGISHE UKURI

Bibiliya yuguruye

Ikibazo: Imibabaro idushikira yoba iva ku Mana canke ku bindi bintu?

Icanditswe: Yb 34:10

Iciyumviro: Imana ntiyigera iduteza imibabaro. Ahubwo imibabaro ituruka kuri Shetani no ku mahitamwo mabi abantu bagira, canke ku masanganya adushikira. Igihe turi mu mibabaro, Imana iradufata mu mugongo. Iratubabaye vy’ukuri.

NI KUBERA IKI UKWIYE KWIGA BIBILIYA? (Akavidewo)

Ni kubera iki ukwiye kwiga Bibiliya? (Akavidewo)

Ikibazo: Woba wibaza ko Imana ari yo itwara isi? [Rindira yishure.] Hari igihe wotangara ubonye ico Bibiliya ibivugako. Aka kavidewo karabisigura. [Kamwereke.]

Ivyo woca uvuga: Ikigabane ca 11 c’iki gitabu kirasigura igituma Imana ireka tugashikirwa n’imibabaro n’ingene igiye kuyihagurukira. [Mushikirize igitabu Ivyo Bibiliya yigisha canke Bibiliya itwigisha iki?]

ANDIKA HANO UBURYO BWAWE

Ufatiye ku burorero bwatanzwe, niwitegurire uburyo bwawe bwo gutanguza ibiyago.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika