ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • g21 no. 3 rup. 16
  • Suzuma ibimenyamenya

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Suzuma ibimenyamenya
  • Be maso!—2021
  • Ivyo bijanye
  • Nufashe abana bawe barushirize kwizera Umuremyi
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2017
  • Ibiriho vyabayeho gute?
    Urashobora kwiberaho ibihe bidahera—Ivyigwa bishingiye kuri Bibiliya
  • Nurushirize kwizera Umuremyi
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2021
  • Ingene twokoresha agatabu Inkuru nziza iva ku Mana
    Igikorwa dukorera Ubwami—2013
Ibindi
Be maso!—2021
g21 no. 3 rup. 16
Umusore ari mu bubiko bw’ibitabu ariko arasoma agatabu “Vyoba vyararemwe?” muri tablete yiwe.

Suzuma ibimenyamenya

Iki kinyamakuru Be maso! kirerekana bimwebimwe mu bimenyamenya vyemeza ko ijuru n’isi vyaremwe. Niwisuzumire ivyo bimenyamenya, urabe ko hariho imvo zotuma wemera ko hariho Umuremyi maze wihitiremwo. Raba ibindi bitabu n’amavidewo wosangamwo amakuru ashimishije. Nubirondere kuri jw.org:

Kubera iki abantu benshi bize bemera ko hariho Umuremyi?

Raba ibiganiro biri ahavuga ngo “Ico bavuga ku nkomoko y’ubuzima.”

Inyigisho y’ihindagurika yoba ishingiye ku bimenyamenya bifadika?

Nusome agatabu Vyoba vyararemwe?

Vyoba vyumvikana kwemera ko hariho Umuremyi?

Raba ividewo ivuga ngo Ivyo urunganwe rwawe ruvuga​—Kwemera Imana.

Vyoba vyumvikana kwemera Bibiliya?

Nusome agatabu Cinq questions à se poser sur l’origine de la vie.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika